부룬디의 국가 National Anthem of Burundi 우리의 부룬디 Burundi Bwacu
Sha_bler
음원과 광고CM
0
73
0
09.18 14:57
- 1
- Burundi Bwâcu, Burundi buhire,
- Shinga icúmu mu mashinga,
- Gaba intahe y'úbugabo ku bugingo.
- Warápfunywe ntíwapfúye,
- Waráhabishijwe ntíwahababuka,
- Uhagurukana, uhagurukana, uhagurukana, ubugabo urîkukira.
- Komerwamashyí n'ámakúngu,
- Habwa impundu nâbâwe,
- Isamírane mu mashinga, isamírane mu mashinga,
- 2
- Burundi bwâcu, rági ry'ábasôkúru,
- Ramutswa intahe n'íbihúgu,
- Ufatanije ishyaka n'ubú hizi;
- Vuza impundu wiganzuye uwakúganza uwakúganza.
- Burundi bwâcu, nkóramútima kurí twese,
- Tugutuye amabóko, umítima n'úbuzima,
- Imâna yakúduhaye ikudútungire.
- Horana umwami n'ábagabo n'ítekane.
- Sagwa n'úrweze, sagwa n'ámahóro mezá.







